Français | English

CONDITIONS EXIGEES A L’OUVERTURE D’UN COMPTE ET ELEMENTS CONSTITUTIFS D’UN DOSSIER DE DEMANDE DE CREDIT / IBISABWA MU KWUGURUZA KONTE HAMWE N’IBIKENEWE MUGUSABA INGURANE.

0. Ouverture de compte individuel

1. Photo passport
2. Photocopie de la Carte Nationale d'Ididentité ou de Passport ou de Permis de conduire
3. Photo passport du mendataire si on a besoin (facultatif)
4. Completer le formulaire d'ouverture de compte Et un premier depot


I. Conditions exigées à l’ouverture d’un compte d'un groupement des jeunes /ibisabwa mu kwuguruza konte. 

Conditions exigéesIbisabwa
1. Être une coopérative, Entreprise ou une Industrie des jeunes- Kuba ari i koperative, ishirahamwe canke ihinguriro
2. Avoir des statuts portant le cachet de l’ANACOOP ou de l’API- Kuba ishirahamwe rifise amategeko agena ishirahamwe ariko n’icemezo ca ANACOOP canke ca API
3. Avoir un PV notarié de l’Assemblée Générale constituanteKuba ishirahamwe rifise icegeranyo c’inama ya bose gishinga ishiramwe.
4. Avoir un PV notarié de l’Assemblée Générale désignant les gestionnaires de compte (au cas où le PV de l’Assemblée Générale constituante ne les précise pas)Kuba ishirahamwe rifise icegeranyo c’inama ya bose gishiraho abazokurikirana ubutunzi bw’ishirahamwe kuri konte igihe batavuzwe mucegeranyo gishinga ishirahamwe.
5. Une lettre de demande d’ouverture de compte précisant les gestionnaires de compte et le mode de retrait- Ikete ryo gusaba kwugurura compte ryerekana abafise uburenganzira bwogukura amahera kuri konti nuko bashobora kubikora (babiri muri batatu canke ko batatu bose bategerezwa kuvyemeza)
6. Attestation de reconnaissance de l’ANACOOP- Kuba mufise urupapuro ndangakoperative rutangwa na ANACOOP
7. Copie du NIF et du RC  - Inomero ndanga mudandaza hamwe
     n’igitabu c’ubudandaji
8. Une photo passeport par gestionnaire de compte - Kuzana ifoto ngufi(photo passeport) imwe kumuntu kuri bamwe batorwa ngo bazohore bakurikirana ubutunzi bwa bw’ishirahamwe.
9. Photocopies des CNI des gestionnaires de compte- Kuzana ifotocopi z’amakarata karangamuntu zabamwe batorerwa igikorwa co gukurikirana ubutunzi bwa bw’ishirahamwe.
10. Liste des membres de la coopérative portant les numéros des CNI, contacts et signatures- Urutonde rw’anywanyi bose b’ishiramwe ruriko inomero za karangamuntu zabo, amanimero y’amaterefone yabo hamwe n’imikono yabo.
11. Avoir un dépôt minimum de vingt mille de francs burundais (20 000FBU).- Kwibangikanya imbitso z’ibanze zingana n’ibihumbi mirongo ibiri vy’amarundi(20 000fbu).


 II. Eléments constitutifs d’un dossier de crédit/ibikenewe mu gusaba ingurane.

S/N
Libéllé

ICatégorie de la société
Umugwi ishiramwe ririmwo

Coopérative
Ikoperative 

Entreprise
Ishirahamwe 

Industrie
Ihinguriro 
IIIdentification
Umwidondoro

NIF
Inimero ndanga mudandaza

RC
- Igitabu c’ubudandaji
III
Documents administratifs notariés
Impapuro zitangwa n’intwaro kandi zica kwa noteri

statuts
- Amategeko agena ishirahamwe

ROI
- Amatege ngenderwako y’ishirahamwe

PV désignant les signataires du compte
Icegeranyo c’inama nkuru ya bose gishiraho abajejwe gukurikirana ubutunzi kuri konte

PV de l'AG des actionnaires d'emprunter à la BIJE
- Icegeranyo c’inama nkuru ya bose yo gusaba ingurana muri BIJE



IVGestionnaires
 Abajejwe gukurikirana ubuzima bw’ishirahamwe

CV gestionnaires (Gestionnaires de compte ; Conseil d'Administration & comité de surveillance) 
Umwidondoro w’abajejwe gukurikirana ubutunzi kuri konte, abagize urwego nshingwantwaro hamwe n’abagize urwego nkenguzabikorwa

Contacts téléphoniques
- Inomero za terefone z’abajejwe gukurikirana ubuzima bw’ishirahamwe

Carte d'identité des gestionnaires
- Ikopi z’amakarata karangamuntu z’abajejwe gukurikirana ubutunzi bw’ishirahamwe kuri konte

Ccarte d'identité de tous les associés 
- Ikopi z’amakarata karangamuntu z’abanywanyi bose b’ishirahamwe



VLa demande de crédit
 Gusaba ingurane

Lettre de demande portant le s/couvert admicom
- Ikete ryo gusaba ingurane ririko icemezo ca musitanteri wa komine



VISecteur d'activité
Ibisata bishigikirwa na BIJE

Agriculture
- Uburimyi

Elevage
- Ubworozi

Transformation produits agricoles
- Guhingura ibivuye mu burimyi

Transformation produits d'élevage
- Guhingura ibivuye mu bworozi

Tourisme et hôtelerie
- Igisata c’ingenzi n’amahoteri

TIC
- Igisata kijanye n’ubuhinga bwo guhanahana amakuru no gutumatumanako

Art et artisanat
- Ubuhinga n’akaranga

Environnement
- Ibidukikije
VIIAutres documents
 Ibindi bisabwa

Projections financières
- Ibiharur vyitezwe inyuma yirangurwa ry’umugambi

Plan d'affaires
- Integuro y’umugambi mugiye gukora

Etats financiers
- Ibiharuro vyerekana ubutunzi bw’ishirahamwe



VIIIListe des clients défaillants
Urutonde rw’abaheranye

Aucun des associés ne figure sur la liste des clients défaillants en vigueur

- Turasuzuma ko atamunywanyi numwe ari kurutonde rw’abanywanyi b’amabanki baheranye